NASA Juno mission captured amazing new imagery of Jupiter's moon Europa. The spacecraft flew about 219 miles (352 kilometers) over the surface of the moon. Credit: Space.com | imagery credit: Credit : ...
Abasuma bakoresheje imashini ndende yo gutobora kugira ngo binjire mu gisandugu ntamenwa (coffre-fort) c'amafaranga c'ishami ry'ibanki riri kw'ibarabara rinini mu burengero bw'Ubudagi, maze biba ...
Claude Nduwimana, umugabo w'imyaka 35, yisumamwo mu gisagara ca Nairobi mu kuzunguruka amabarabara agenda aragurisha amagi ahiye na kacumbari. Mu bucagucagu, muri karitiye ya Kawangware aho aba, aba ...